Ndaguhimbaza by Fabrice & Maya  |Heavenly Melodies Africa

Ndaguhimbaza by Fabrice & Maya |Heavenly Melodies Africa

If you love our music and would like to support us financially consider joining our channel by clicking here    / @hmafrica   Or send your donation via Paypal using https://paypal.me/hmafrica?country.x=... Click here to support our ministry: https://hmafrica.uscreen.io/ #Ndaguhimbaza by Fabrice & Maya |Heavenly Melodies #Burundi #Rwanda Uri Alpha na Omega We waremye vyose Tuguhay' ishimwe Jehovah zina rihambaye Rek' ishimwe ryawe Rikwire hose Ndaguhimbaza Ur' Imana nkuru Ntawuhwanye nawe Mw' isi yose Urabereye Uzokwam' uganje Ku ntebe y'inganji Yesu ndaguhimbaza Wicaye mu bwiza Kandi ijambo ryawe Ryo rizokwamaho Wuzuye ubushobozi Uri Mana yera Man' ihoraho Ndaguhimbaza Ur' Imana nkuru Ntawuhwanye nawe Mw' isi yose Urabereye Uzokwam' uganje Ku ntebe y'inganji Yesu ndaguhimbaza Ur' umwami ibihe vyose, ibihe vyose Ndaguhimbaza Ur' Imana nkuru Ntawuhwanye nawe Mw' isi yose Urabereye Uzokwam' uganje Ku ntebe y'inganji Yesu ndaguhimbaza